1  

1
divine 2015-04-23 11:42:20

uku ni ugufata abantu amaraso. inkuru muyiduhe cg muyireke kuko iyi ni ukunaniza imitwe y'abasomyi.

2
jafari 2015-04-22 14:10:46

iyi nkuru turayikunda ariko iminsi batanze isohokeraho barabeshya!niba ari ku wambere no kuwagatatu bibe gutyo!

3
Innocent Ngendakumanaa 2015-04-22 14:10:46

nukuri uwomukobwa siwe ahubwo umuhungu yamuhemukiye niwe mubi gusa nagerageze asabikigongwe kugirango uwo mwigeme naw aronke amahoro kandi ico nicerekana ko yamupfiriye 100%

1