1  

1
Julio 2018-11-16 10:33:53

Nimurorere muzorabe ibiva mu gasanduku kitora.

2
Jonas 2018-11-14 21:01:27

Jamureka. ibyuburundi biragoye uko mutari muzi ko président nkurunziza yoretse kwitoza kandubu abirekuriwe nibwirizwa nshinga Ninako muzatangazwa n'uko mubonye uwo mutaziga ariwe aje nkumukandida asimbura nkurunziza

3
Mwambutsa 2018-11-14 20:51:55

Njyewe nsanga bareka Nkurunziza agakomeza kuyoboya kuko muri Africa ariko bimeze hafi mu bihugu byose ushyizemo nu Rwanda, Uganda, Kongo Brazzaville, Guinnée,Camerouni, Algerie nibindi ntarondora.

4
Callixte 2018-11-14 20:03:39

Hewe none ko mutavuzeko Pierrot Kwizera canke Shassir Nahimana bafise ubuhinga bwo kurongoora uburundi? Ou bien igihugu bazagihe Djuma Masudi, umuntu wabaye coach wa Rayon Sport akayishobora ntiyananirwa u Burundi

1